ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+.

  • Zaburi 36:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Aguma ategura umugambi w’ibibabaza ku gitanda ciwe+.

      Ahagarara mu nzira itari nziza+.

      Ikibi ntata nk’akanuka+.

  • 1 Abakorinto 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ivyo bintu rero vyatubereye uburorero, kugira ngo ntitube abipfuza ibintu bibi+, nk’uko na bo bavyipfuje.

  • Abagalatiya 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;

  • Yakobo 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Canke mwibaza yuko icanditswe kivugira ubusa ngo: “Impwemu+ icumbitse muri twebwe iguma icambirwa ibintu ibigiranye agatima k’ishari”?

  • 1 Yohani 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kuko ikiri mw’isi cose+—⁠icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika