Zaburi 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+. Zaburi 112:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+. Luka 6:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuhe umuntu wese agusaba+, kandi uwutwaye ivyawe ntumusabe kubigusubiza. 2 Abakorinto 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko muzi ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu Kristu, yuko naho yari umutunzi yacitse umworo ku bwanyu+, kugira ngo mube abatunzi+ biciye mu bworo bwiwe.
26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+.
9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.
9 Kuko muzi ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu Kristu, yuko naho yari umutunzi yacitse umworo ku bwanyu+, kugira ngo mube abatunzi+ biciye mu bworo bwiwe.