1 Abami 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umusuku wiwe Zimuri+, umukuru w’ica kabiri c’imikogote, atangura kumugīra umugambi mubi, mu gihe yari i Tiruza ariko aranywera+ kuborerwa mu nzu ya Ariza, uno akaba yagaba urugo+ i Tiruza.
9 Umusuku wiwe Zimuri+, umukuru w’ica kabiri c’imikogote, atangura kumugīra umugambi mubi, mu gihe yari i Tiruza ariko aranywera+ kuborerwa mu nzu ya Ariza, uno akaba yagaba urugo+ i Tiruza.