Ezekiyeli 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, ko Tiro+ yavuze kuri Yeruzalemu ngo+: ‘Ahaa! Yasenyuwe+, umwe yari inzugi z’ibisata vy’abantu+! Ibintu ntibizobura guhindukirira iwanje. Ngiye kwuzuzwa; erega yatikijwe+,’ Zakariya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mfitiye uburakari bwinshi amahanga yitekaniye+; kuko jewe narakaye buhoro+, yamara bo bagatuma ivyago vyunyuka+.”’
2 “Mwana w’umuntu, ko Tiro+ yavuze kuri Yeruzalemu ngo+: ‘Ahaa! Yasenyuwe+, umwe yari inzugi z’ibisata vy’abantu+! Ibintu ntibizobura guhindukirira iwanje. Ngiye kwuzuzwa; erega yatikijwe+,’
15 Mfitiye uburakari bwinshi amahanga yitekaniye+; kuko jewe narakaye buhoro+, yamara bo bagatuma ivyago vyunyuka+.”’