Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Imigani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikinebwe kiripfuza mugabo nta co gifise+. Ariko abanyamwete bazodoheshwa+. Imigani 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho+, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
5 Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho+, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene+.