ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+.

  • 1 Abakorinto 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ivyo bintu rero vyatubereye uburorero, kugira ngo ntitube abipfuza ibintu bibi+, nk’uko na bo bavyipfuje.

  • Yuda 8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ariko muri ubwo buryo nyene, abo bantu na bo nyene mu kwivobeka mu ndoto+ barahumanya umubiri, bagakengera ubutware+ vyongeye bagatuka abanyabuninahazwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika