Imigani 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwukunda indero aba akunda ubumenyi+, mugabo uwanka igikangiro ni imburabwenge+. Abaheburayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+. Abaheburayo 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.
2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.
7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.