Abalewi 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mukwiye kugira iminzane itabesha+, amabuye y’umunzane atabesha, efa* itabesha na hini* itabesha. Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri. Gusubira mu vyagezwe 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze ugume ufise ibuye ry’umunzane ritabesha kandi ry’ukuri. Uze ugume ufise ingero ya efa itabesha kandi y’ukuri, kugira imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Imigani 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ezekiyeli 45:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ‘Mukwiye kugira umunzane utabesha, n’ingero ya efa* itabesha, n’ingero ya bati* itabesha+. Amosi 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mukavuga ngo: ‘Mbega imboneko y’ukwezi izorengana ryari+ ngo twigurishirize intete+? Be n’isabato+, ngo twidandarize intete, kugira ngo tugabanye ingero ya efa+, tuduze shekeli kandi tuzirike umunzane w’uruhendo+, Mika 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega mu nzu y’umubisha haracariyo amatunga y’ububisha+, n’ingero ya efa igeruye yiyamirizwa?
36 Mukwiye kugira iminzane itabesha+, amabuye y’umunzane atabesha, efa* itabesha na hini* itabesha. Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri.
15 Uze ugume ufise ibuye ry’umunzane ritabesha kandi ry’ukuri. Uze ugume ufise ingero ya efa itabesha kandi y’ukuri, kugira imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.
5 mukavuga ngo: ‘Mbega imboneko y’ukwezi izorengana ryari+ ngo twigurishirize intete+? Be n’isabato+, ngo twidandarize intete, kugira ngo tugabanye ingero ya efa+, tuduze shekeli kandi tuzirike umunzane w’uruhendo+,