30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.”
3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+.