Esiteri 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 abahungu cumi+ ba Hamani+ mwene Hamedata, umwe yanka Abayuda+; mugabo ntibashorera ukuboko kwabo kw’isahu+. Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Imigani 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inzu y’ababisha izozimanganywa+, mugabo ihema ry’abagororotse rizosagarara+.
10 abahungu cumi+ ba Hamani+ mwene Hamedata, umwe yanka Abayuda+; mugabo ntibashorera ukuboko kwabo kw’isahu+.
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.