Imigani 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+. Imigani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amajambo ahimbaye ni ikimamara c’ubuki+, asosera umutima kandi agakiza amagufa+. Imigani 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+.
18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.
27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+.