ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 4:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Sena inzira y’ikirenge cawe+, kandi inzira zawe zose zibe izishimangiwe+.

  • Imigani 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubugororotsi bw’uwutagirako umugayo ni bwo buzogorora inzira yiwe+, mugabo umubisha azogwa mu bubisha bwiwe+.

  • Abanyefeso 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mugenda+, ntimugende nk’abatagira ubukerebutsi ariko mugende nk’abantu b’inkerebutsi,

  • Yakobo 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ni nde ari inkerebutsi kandi ategera muri mwebwe? Niyerekanire mu ngeso ziwe nziza ibikorwa vyiwe+ ari n’ubwitonzi buva ku bukerebutsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika