ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 17:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hushayi abandanya kuvuga ati: “Wewe ubwawe urazi neza so wawe n’abantu biwe, yuko ari abanyenkomezi+, kandi ni abantu b’umutima udundumiwe+, nk’idubu y’ingore yatakaje ivyana vyayo mu gahinga+; so wawe ni umurwanyi+, ntari burarane n’abantu.

  • 2 Abami 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Amaherezo arahindukira, arababona hanyuma abahamagarirako akabi+ mw’izina rya Yehova. Maze idubu+ zibiri z’ingore zirasohoka zivuye mw’ishamba, zitabagura abana mirongo ine na babiri muri bo+.

  • Hoseya 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nzohura na bo nk’idubu yatakaje ivyana vyayo+, kandi nzobatantamura igikiriza. Nzobarokereza ng’aho nk’intambwe+; igikoko co mu gahinga kizobatabagura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika