ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Elisha aca amubwira ati: “Mbega umutima wanje ntiwajanye nawe igihe urya mugabo yahindukira kugira yururuke umukogote wiwe ngo ahure nawe? Mbega ubu ni igihe co kwemera ifeza canke kwemera impuzu canke imirima y’imyelayo canke imirima y’imizabibu canke intama canke inka canke abasuku canke abasukukazi+?

  • Imigani 15:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Umuntu aranezererwa inyishu y’akanwa kiwe+, kandi ijambo rije ku gihe caryo, ewe kuntu ari ryiza+!

  • Umusiguzi 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Jewe navuze mu mutima wanje+, nti: “Imana y’ukuri izocira urubanza umugororotsi n’umubisha+, kuko ikintu cose gifise igihe caco n’igikorwa cose ng’aho kikagira igihe caco+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika