ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 146:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Impwemu yiwe irasohoka+, agasubira mu butaka bwiwe+;

      Uwo musi ivyiyumviro vyiwe bigahera+.

  • Umusiguzi 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko hari iherezo ku bijanye n’abana b’abantu be n’iherezo ku bijanye n’igikoko, kandi bifise iherezo rimwe+. Uko kimwe gipfa, ni ko n’ikindi gipfa+; kandi vyose bifise impwemu+ imwe itarenga, ku buryo ata co umuntu asumvya igikoko, kuko vyose ari ubusa.

  • Umusiguzi 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe+, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi+, canke ubukerebutsi+ mu kuzimu+, aho uriko uraja+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika