1 Abami 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 None rero, Yehova Mana yanje, ni wewe wimitse umusavyi wawe umugira umwami mu kibanza ca Dawidi dawe, kandi jewe ndi agahungu+. Sinzi iyo bija n’iyo biva+. 2 Abami 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+. Maze abanyagihugu bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe.
7 None rero, Yehova Mana yanje, ni wewe wimitse umusavyi wawe umugira umwami mu kibanza ca Dawidi dawe, kandi jewe ndi agahungu+. Sinzi iyo bija n’iyo biva+.
24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+. Maze abanyagihugu bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe.