ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 50:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+.

  • Zaburi 126:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Uwusohotse arira+,

      Ajanye isaho yuzuye imbuto+,

      Ntazobura gutaha ari n’akamo k’umunezero+,

      Azanye imiganda yiwe+.

  • Umusiguzi 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Izina ryiza riraruta amavuta meza+, n’umusi w’ugupfa uraruta umusi w’ukuvuka+.

  • Yohani 12:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Agatete k’ingano kataguye mw’ivu ngo gapfe, kaguma ari kamwe gusa; mugabo iyo gapfuye+, karaheza kakama vyinshi.

  • Yakobo 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika