ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nk’uko nyene umugani w’aba kera uvuga uti: ‘Ububisha buzosohoka buvuye mu babisha+,’ ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako.

  • 1 Samweli 26:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.

  • 1 Ngoma 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Muri bene Isakari+ bari bazi kugendereza ibihe+ kugira bamenye ico Isirayeli yabwirizwa gukora+, hari abakuru babo amajana abiri, bene wabo bose bakaba bategekwa na bo.

  • Zaburi 37:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Guma ucereje imbere ya Yehova+,

      Umurindire ubishashaye+.

      Nturungure kubera uwutuma inzira yiwe iroranirwa+,

      Kubera umuntu ashitsa ivyiyumviro afise+.

  • Imigani 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubukerebutsi buri imbere yo mu maso h’umuntu azi ubwenge+, mugabo amaso y’ikijuju ari ku mpera y’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika