Yobu 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuki ababisha babandanya kubaho+,Bagasaza, kandi bakaminuza mu butunzi+? Yobu 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uyo azopfa yikwiye rwose+,Ata co yinona namba, yitekaniye, Umusiguzi 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo, naho ivyo ari ko biri, narabonye ababisha bahambwa+, ingene baza n’ingene bagenda bavuye ahantu heranda+, maze bakibagirwa mu gisagara bakoreyemwo ivyo+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.
23 Uyo azopfa yikwiye rwose+,Ata co yinona namba, yitekaniye, Umusiguzi 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo, naho ivyo ari ko biri, narabonye ababisha bahambwa+, ingene baza n’ingene bagenda bavuye ahantu heranda+, maze bakibagirwa mu gisagara bakoreyemwo ivyo+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.
10 Mugabo, naho ivyo ari ko biri, narabonye ababisha bahambwa+, ingene baza n’ingene bagenda bavuye ahantu heranda+, maze bakibagirwa mu gisagara bakoreyemwo ivyo+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.