ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ico gihe Musa na bene Isirayeli batangura kuririmbira Yehova uru ruririmbo+, bati:

      “Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.

      Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Ubu rero nimwiyandikire uru ruririmbo+, urwigishe bene Isirayeli+. Rushire mu kanwa kabo kugira rumbere icabona co kwagiriza bene Isirayeli+.

  • Abacamanza 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuri uwo musi, Debora+ na Baraki+ mwene Abinowamu+ batangura kuririmba+ bati:

  • 2 Samweli 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nuko Dawidi atangura kubwira Yehova amajambo y’uru ruririmbo+, ku musi Yehova yamurokora akamukura mu kiganza c’abansi+ biwe bose no mu kiganza ca Sauli+;

  • Zaburi 18:akajambo k’intangamarara
    Bibiliya y’isi nshasha
    • Ku muyobozi. Ni iy’umusavyi wa Yehova, iya Dawidi, uwabwiye Yehova amajambo y’uru ruririmbo ku musi Yehova yamurokora mu kiganza c’abansi biwe bose no mu kuboko kwa Sauli+. Avuga ati:

  • Yesaya 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hinge ndirimbire umukundwa wanje ururirimbo rw’uwo nikundira, ku bijanye n’umurima wiwe w’imizabibu+. Umukundwa wanje yari afise umurima w’imizabibu mu ruhande rw’umurambi rwimbuka.

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ wa mushumba w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bati:

      “Ibikorwa vyawe birakomeye kandi ni agatangaza+, Yehova Mana, Mushoboravyose+. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika