Gusubira mu vyagezwe 28:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza. Gusubira mu vyagezwe 28:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 kugira ntihagire n’umwe aha na gatoyi ku nyama z’abana biwe azorya, kuko ata kintu namba azoba asigaranye kubera ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza mu marembo yawe yose+.
53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza.
55 kugira ntihagire n’umwe aha na gatoyi ku nyama z’abana biwe azorya, kuko ata kintu namba azoba asigaranye kubera ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza mu marembo yawe yose+.