5 Muzohungira mu mubande wo hagati y’imisozi yanje+; kuko nya mubande uzoshika i Azeli. Muzohunga koko, nka kumwe mwahunga kubera nyamugigima mu misi ya Uziya umwami wa Yuda+. Yehova Imana yanje azoza koko+, kandi aberanda biwe bose bazoba bari kumwe na we+.
35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.