-
Zaburi 107:33Bibiliya y’isi nshasha
-
-
Amasôko atemba y’amazi akayahindura ubutaka bunyotewe+,
-
Yesaya 50:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Kubera iki igihe naza hatagira n’umwe+? Kubera iki igihe nahamagara habuze uwishura+? Mbega ni ukuvuga ko ukuboko kwanje kwabaye kugufi gushika aho kudashobora gucungura+? Canke muri jewe nta bubasha buriho bwo kurokora? Raba! Nkamisha ikiyaga+ uguhambara kwanje+; inzuzi ndazigira agahinga+. Amafi yavyo araduhuka kubera ata mazi, akicwa n’inyota+.
-
-
-