Gusubira mu vyagezwe 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ese iyo baba inkerebutsi+! Bari kubizirikana+.Bari kurimbura iherezo ryabo ryo hanyuma+. Imigani 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mwananje, niwakîra amajambo yanje+ kandi ukabika muri ntibate amabwirizwa yanje iruhande yawe+, Yesaya 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+. Hagayi 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Nimushire umutima ku nzira zanyu+.
18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+.