Yesaya 43:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?” Yesaya 46:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.
13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?”
4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.