Umusiguzi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Naho umucumuzi yokora ibibi+ incuro ijana kandi akabandanya igihe kirekire akora uko ashaka, ndazi yuko abatinya Imana y’ukuri bizobagendera neza+, kuko bayitinye+. Yesaya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aragowe umubisha!—Ivyago bari kumwe; kuko ivyo amaboko yiwe yagiriye abandi ari vyo azogirirwa+!
12 Naho umucumuzi yokora ibibi+ incuro ijana kandi akabandanya igihe kirekire akora uko ashaka, ndazi yuko abatinya Imana y’ukuri bizobagendera neza+, kuko bayitinye+.