ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo abatekereza bazokwigabira isi+,

      Kandi bazokwinovora amahoro menshi+.

  • Zaburi 37:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehova arazi imisi y’abantu batagira amahinyu+,

      Kandi intoranwa yabo izogumaho no gushika igihe kitagira urugero+.

  • Zaburi 112:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 112 Shemeze Ya+!

      א [ʼAlefu]

      Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,

      ב [Beti]

      Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.

  • Zaburi 115:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova azohezagira abamutinya+,

      Abato n’abahambaye+.

  • Yesaya 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuvuge yemwe yuko umugororotsi bizomugendera neza+, kuko bazorya ivyamwa vy’ibikorwa vyabo+.

  • Yesaya 65:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Abasavyi banje bazorya+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Raba! Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota+. Raba! Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+.

  • Matayo 25:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.

  • 2 Petero 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika