ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 59:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Nayo jewe, iri ni ryo sezerano ngiranye na bo+,” ni ko Yehova avuze.

      “Impwemu yanje iri kuri wewe+ be n’amajambo yanje nashize mu kanwa kawe+—ntibizokurwa mu kanwa kawe canke mu kanwa k’uruvyaro rwawe, canke mu kanwa k’uruvyaro rw’uruvyaro rwawe,” ni ko Yehova avuze, “guhera ubu no gushika igihe kitagira urugero+.”

  • Yesaya 66:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Kuko, nk’uko amajuru mashasha+ n’isi nshasha+ ndiko ndakora bihagaze imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze, “ni ko n’uruvyaro rwanyu+ be n’izina ryanyu bizoguma bihagaze+.”

  • Yeremiya 32:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Nzobaha umutima umwe+ n’inzira imwe kugira ngo bame bantinya, ku bw’ineza yabo n’ineza y’abahungu babo mu nyuma zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika