Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. Yohani 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+.
38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.