ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 7:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,

  • Yeremiya 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Basubiye mu makosa ya ba sekuruza babo+, bamwe ba mbere, abanse kugamburuka amajambo yanje, mugabo bagakurikira izindi mana kugira ngo bazikorere+. Inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zararenze kw’isezerano ryanje nagiranye na ba sekuruza babo+.

  • Ezekiyeli 20:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “‘“Ariko bobo, inzu ya Isirayeli, barangararije mu gahinga+. Ntibagendeye mu vyagezwe vyanje+, kandi bataye ingingo zanje z’ubutungane+, zino umuntu agumye azikurikiza akaba azoguma kandi abeshwaho na zo+. Vyongeye barahumanije cane amasabato yanje+, ku buryo nsezerana kubasukako uburake bwanje mu gahinga, kugira ngo ndabatikize+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika