ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kugira ngo aronke indero+ itanga ugutahura kwimbitse+, ubugororotsi+ n’ubutungane+ n’ukugororoka+,

  • Imigani 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi ntuzobura kuvuga ngo: “Ese ingene nanse indero+, n’umutima wanje ukagaya igikangiro+!

  • Zefaniya 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Navuze nti: ‘Ni ukuri uzontinya; uzokwemera gutozwa indero+,’ kugira ngo aho aba ntiharandurwe+—ivyo vyose ni we nzobihôra+. Ni ukuri barabangutse mu kwonona ibikorwa vyabo vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika