ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze Yehoshafati ahagarara mw’ishengero rya Yuda n’irya Yeruzalemu mu nzu ya Yehova+, imbere y’ikigo gishasha+,

  • 2 Ngoma 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze impwemu y’Imana+ itwikira+ Zekariya+ mwene Yehoyada+ umuherezi, ahagarara ahakirurutse imbere y’abantu hanyuma ababwira ati: “Ibi ni vyo Imana y’ukuri ivuze: ‘Kubera iki muhonyanga amabwirizwa ya Yehova, bigatuma mutaroranirwa+? Ko mwahevye Yehova, na we azobaheba+.’”

  • Yeremiya 26:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika