ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi ninamara kubarandura, emwe, nzokwongera kubagirira imbabazi+, ndabagarukane, umwe wese mu ntoranwa yiwe, n’umwe wese mu gihugu ciwe+.”

  • Yeremiya 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Jewe nzokoraniriza hamwe amasigarira y’intama zanje ndazikuye mu bihugu vyose nari narazishwiragirijemwo+, ndazigarukane mw’itongo ry’uburagiriro ryazo+, na zo zizorondoka koko, zigwire+.

  • Yeremiya 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’

  • Ezekiyeli 36:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nzobakura mu mahanga, ndabakoranirize hamwe ndabakuye mu bihugu vyose, ndabazane ku butaka bwanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika