ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 1:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Benaya mwene Yehoyada aca yishura umwami ati: “Amen+! Yehova Imana y’umukama wanje umwami na we nyene avuge gutyo+.

  • Zaburi 41:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+

      Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.

      Amen kandi Amen+.

  • Yeremiya 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kugira ngo nshitse indahiro narahiye ba sogokuruza banyu+, ko nzobaha igihugu gitemba amata n’ubuki+, nk’uko biri uyu musi.’”’”

      Nuko nishura nti: “Amen, ewe Yehova!”

  • 2 Abakorinto 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko uko imihango+ y’Imana ingana kwose, yabaye Ego biciye kuri we+. Rero, biciye muri we kandi ni ho “Amen+” ibwirwa Imana ku bw’ubuninahazwa biciye kuri twebwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika