2 “Niwironse umuzingo w’igitabu+, hanyuma uwandikemwo amajambo yose+ nakubwiye kuri Isirayeli no kuri Yuda+ no ku mahanga yose+, kuva umusi navugana nawe, kuva mu misi ya Yosiya gushika n’uyu musi+.
7Mu mwaka wa mbere wa Belushazari+ umwami wa Babiloni, Daniyeli abona indoto be n’ivyo yerekewe mu mutwe wiwe ku gitanda ciwe+. Ico gihe yandika iyo ndoto+. Yigana inkuru yose y’ivyo bintu.