Yeremiya 34:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’ Yeremiya 37:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi inteko za gisirikare za Farawo zari zivuye mu Misiri+; nuko Abakaludaya bari basugereje Yeruzalemu bumva inkuru yabo. Baca bavaho baheba gutera Yeruzalemu+.
21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’
5 Kandi inteko za gisirikare za Farawo zari zivuye mu Misiri+; nuko Abakaludaya bari basugereje Yeruzalemu bumva inkuru yabo. Baca bavaho baheba gutera Yeruzalemu+.