ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo igihe kigeze atuma umushumba+ kuri nya barimyi+, ngo bamuhe ku vyamwa vya nya murima w’imizabibu+. Ariko nya barimyi bamurungika imbokoboko+ bamaze kumuhuragura.

  • 2 Abakorinto 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.

  • Abaheburayo 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Egome, abandi bararonse ikigeragezo cabo mu gutwengwa no mu gushishagurwa, mbere n’ibiruta ivyo, mu mvuto+ n’amabohero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika