Yeremiya 37:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abaganwa+ barākarira rero Yeremiya+, baramukubita+ maze bamushira mu nzu y’amapingu+, mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kuko bari bayigize inzu y’ibohero+. Yeremiya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubu rero ndakwinginze wumvirize, ewe mukama wanje umwami! Ndakwinginze ugusaba ubutoni kwanje+ gushike imbere yawe, ntunsubize mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kugira simpfireyo+.”
15 Abaganwa+ barākarira rero Yeremiya+, baramukubita+ maze bamushira mu nzu y’amapingu+, mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kuko bari bayigize inzu y’ibohero+.
20 Ubu rero ndakwinginze wumvirize, ewe mukama wanje umwami! Ndakwinginze ugusaba ubutoni kwanje+ gushike imbere yawe, ntunsubize mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kugira simpfireyo+.”