-
Yeremiya 40:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Akigonanwa gusubira inyuma, Nebuzaradani avuga ati: “Subira kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, uwo umwami wa Babiloni yajeje kuganza ibisagara vya Yuda, uheze ubane na we hagati mu bantu; canke uje ahantu hose ubona ko bibereye mu maso yawe kuja+.”
Nya mukuru w’abacungera ubuzima araheza amuha ingaburo y’ibifungurwa be n’impano, hanyuma aramureka aragenda+.
-