Yesaya 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Baragowe abana b’intagondwa+,” ni ko Yehova avuga, “abagomba gushitsa impanuro, mugabo atari iyivuye kuri jewe+, bakagomba no gusuka ikinyobwa c’ishikanwa, mugabo batabigiranye impwemu yanje, kugira ngo bongere igicumuro ku kindi+; Yesaya 65:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nirirwa nsanziye amaboko igisata c’abantu b’akagagazo+, abagendera mu nzira itari nziza+, bagakurikira ivyiyumviro vyabo+;
30 “Baragowe abana b’intagondwa+,” ni ko Yehova avuga, “abagomba gushitsa impanuro, mugabo atari iyivuye kuri jewe+, bakagomba no gusuka ikinyobwa c’ishikanwa, mugabo batabigiranye impwemu yanje, kugira ngo bongere igicumuro ku kindi+;
2 “Nirirwa nsanziye amaboko igisata c’abantu b’akagagazo+, abagendera mu nzira itari nziza+, bagakurikira ivyiyumviro vyabo+;