Yesaya 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo. Yeremiya 51:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kuko umunyazi azoza kuri we ata kabuza, kuri Babiloni+, kandi abagabo b’abanyenkomezi biwe bazofatwa+. Emwe, imiheto yabo izovunagurwa+, kuko Yehova ari Imana itanga impembo+. Ntazobura kwishura+.
6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo.
56 Kuko umunyazi azoza kuri we ata kabuza, kuri Babiloni+, kandi abagabo b’abanyenkomezi biwe bazofatwa+. Emwe, imiheto yabo izovunagurwa+, kuko Yehova ari Imana itanga impembo+. Ntazobura kwishura+.