Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Daniyeli 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+. Ivyahishuwe 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze asemerera n’ijwi rikomeye+, ati: “Yatemvye! Babiloni Akomeye yatemvye+, yacitse uburaro bw’amadayimoni n’ikirimbiro ry’impemu zose zihumanye+ be n’ikirimbiro ry’inyoni yose ihumanye kandi yankwa+!
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+.
2 Maze asemerera n’ijwi rikomeye+, ati: “Yatemvye! Babiloni Akomeye yatemvye+, yacitse uburaro bw’amadayimoni n’ikirimbiro ry’impemu zose zihumanye+ be n’ikirimbiro ry’inyoni yose ihumanye kandi yankwa+!