Yesaya 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+. Yeremiya 50:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Hari inkota yo kurwanya amafarasi yabo+ n’imikogote yabo y’intambara be n’uruvange rw’abantu rwose ruri hagati muri we+; emwe, bazocika nk’abagore+. Hari inkota yo kurwanya amatunga yiwe+; azosahurwa ata kabuza.
16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.
37 Hari inkota yo kurwanya amafarasi yabo+ n’imikogote yabo y’intambara be n’uruvange rw’abantu rwose ruri hagati muri we+; emwe, bazocika nk’abagore+. Hari inkota yo kurwanya amatunga yiwe+; azosahurwa ata kabuza.