2 Ngoma 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova aguma abwira Manase n’abantu biwe, mugabo ntibumviriza+. Yeremiya 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+, ahubwo bagumye bagendera umwe wese mu kagagazo k’umutima wiwe mubi+; ni co catumye ndabazanako amajambo yose y’iri sezerano nari narabategetse gushitsa mugabo ntibayashitsa.’” Yeremiya 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+; maze bakomantaza izosi+ ryabo kugira ntibumve no kugira ntibemere gutozwa indero+.”’ Yeremiya 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.
8 Mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+, ahubwo bagumye bagendera umwe wese mu kagagazo k’umutima wiwe mubi+; ni co catumye ndabazanako amajambo yose y’iri sezerano nari narabategetse gushitsa mugabo ntibayashitsa.’”
23 mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+; maze bakomantaza izosi+ ryabo kugira ntibumve no kugira ntibemere gutozwa indero+.”’
3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.