ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;

  • Nehemiya 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze banka kwumviriza+, ntibibuka+ ibikorwa vy’agatangaza vyawe wabakoreye, mugabo bakomantaza izosi+, bashiraho umukuru+ kugira basubire mu bushumba bwabo mu Misiri. Mugabo wewe uri Imana ikunda kubabarira+, y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+, iteba gushavura+ kandi igwije+ ubuntu bwuzuye urukundo, ntiwabahevye+.

  • Imigani 29:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Umuntu akangirwa+ kenshi mugabo agakomantaza izosi+ azovunagurwa giturumbuka, kandi ata gukira+.

  • Yeremiya 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyaco vyose ivyago vyose nakivuzeko, kubera ko bakomantaje izosi ryabo kugira ngo ntibagamburuke amajambo yanje+.’”

  • Abaroma 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+.

  • Abaroma 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo ku bijanye na Isirayeli avuga ati: “Niriwe nsanziye amaboko abantu b’abagambarazi+ mvuga bakavuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika