Yeremiya 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi bazoyasanza koko munsi y’izuba n’ukwezi n’ingabo zose zo mu majuru, ivyo bakunze, bakabikorera, bakabikurikira+, bakabirondera bakongera bakavyunamira+. Ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire ku butaka+.” Yeremiya 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aba bantu babi banka kugamburuka amajambo yanje+, bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+ kandi bakaguma bakurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+, bazocika rero nk’uyu mukaba ata co ukimaze.’
2 Kandi bazoyasanza koko munsi y’izuba n’ukwezi n’ingabo zose zo mu majuru, ivyo bakunze, bakabikorera, bakabikurikira+, bakabirondera bakongera bakavyunamira+. Ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire ku butaka+.”
10 Aba bantu babi banka kugamburuka amajambo yanje+, bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+ kandi bakaguma bakurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+, bazocika rero nk’uyu mukaba ata co ukimaze.’