ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 35:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “‘Kandi ntimuze muhumanye igihugu murimwo; kuko amaraso ari yo ahumanya igihugu+, kandi igihugu ntigishobora gutangirwa impongano y’amaraso yavishijwe muri co, kiretse biciye ku maraso y’uwayavishije+.

  • Yesaya 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+.

  • Yeremiya 2:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Vyongeye, mu mpuzu* zawe habonetse ibirabagu vy’amaraso y’aboro b’intungane+. Ntibishwe ngo ni uko bariko bamena inzu, ariko ibirabagu vy’amaraso yabo nabisanze ku mpuzu zawe zose+.

  • Ezekiyeli 33:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mwe muguma murya inyama zirimwo amaraso+, amaso yanyu mukaguma muyararamurira ku bigirwamana vyanyu vy’umwanda+, mukaguma musesa amaraso+. Hanyuma ngo mwigabire igihugu+?

  • Hoseya 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ukuvumana+, ukugira ivy’ubuhendanyi+, ukwica+, ukwiba+ n’ukurenga ibigo+ bisigaye vyiraye, kandi ibikorwa vy’ugusesa amaraso birakurakuranwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika