ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.

  • Yeremiya 27:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘“‘Ihanga n’ubwami bitazomukorera, egome, bitazokorera Nebukadinezari umwami wa Babiloni, n’iritazoshira izosi ryaryo munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, nzokwitaho ivy’iryo hanga nkoresheje inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+,’ ni ko Yehova avuze, ‘gushika ndabaherengeteje nkoresheje ukuboko kwiwe+.’

  • Yeremiya 28:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika