ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Abaherezi ntibavuze ngo: ‘Yehova ari hehe+?’ Abajejwe itegeko jewe ntibamenye+; kandi abungere barancumuyeko+, mbere n’abahanuzi bavuze ubuhanuzi mw’izina rya Bayali+, bakurikira ibitari gushobora kuzana inyungu+.

  • Gucura intimba 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kubera ibicumuro vy’abahanuzi biwe, amakosa y’abaherezi biwe+,

      Hagati muri we hǎri abasesa amaraso y’abagororotsi+.

  • Mika 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abakuru biwe baca imanza ku giturire+, abaherezi biwe bakigishiriza ingero+, abahanuzi biwe na bo bakaragura ku mahera+; yamara baguma bishimikiza Yehova mu kuvuga bati: “Mbega Yehova ntari hagati muri twebwe+? Ntituzoshikirwa n’ivyago+.”

  • Zefaniya 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abahanuzi biwe bari abatisonera, bakaba n’abantu b’ibihemu+. Abaherezi biwe barahumanije ivyari ivyeranda; bakoreye itegeko ivy’ubukazi+.

  • Malaki 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika