Zefaniya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abasigaye ba Isirayeli+ nta bitagororotse bazokora+, canke ngo bavuge ikinyoma+, canke ngo mu kanwa kabo habonekemwo ururimi rw’amayeri+; kuko bazorisha bakigaramangira vy’ukuri+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+.”
13 Abasigaye ba Isirayeli+ nta bitagororotse bazokora+, canke ngo bavuge ikinyoma+, canke ngo mu kanwa kabo habonekemwo ururimi rw’amayeri+; kuko bazorisha bakigaramangira vy’ukuri+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+.”